Yobu 30:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Urukoba rwanje rwarirabuye+ ruromoroka kuri jewe,Amagufa yanje na yo ashuhishwa n’umwumira. Zaburi 63:1 Bibiliya y’isi nshasha 63 Ewe Mana, uri Imana yanje, nguma nkurondera+.Umutima wanje urakunyotewe vy’ukuri+.Umubiri wanje urabitswe no kugucambirwaMu gihugu cumye kandi kirushe, hatagira amazi+. Zaburi 102:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko imisi yanje irangiye nk’umwotsi+,N’amagufa yanje akaba arunguriye nk’iziko+.
63 Ewe Mana, uri Imana yanje, nguma nkurondera+.Umutima wanje urakunyotewe vy’ukuri+.Umubiri wanje urabitswe no kugucambirwaMu gihugu cumye kandi kirushe, hatagira amazi+.