Imigani 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+. Imigani 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umuntu ashangashiwe avyura amahane+, mugabo uwuteba gushavura atururuza imitongano+. Imigani 16:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uwuteba gushavura aruta umunyenkomezi+, kandi uwucungera umutima wiwe aruta uwufata igisagara+. Yakobo 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mumenye ibi, bene wacu bakundwa. Umuntu wese atebuke kwumva, atebe kuvuga+, atebe kuraka+;
29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+.