Itanguriro 50:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntimutinye rero. Jewe nzoguma ndabaronsa ibifungurwa mwe n’abana banyu batoyi+.” Nuko arabahoza, avugana na bo mu buryo buhumuriza. Matayo 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu aramubwira ati: “Sinkubwiye Gushika ku ncuro indwi, ahubwo Gushika ku ncuro mirongo irindwi n’indwi+. Abanyefeso 4:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mugabo mube abanyabuntu+ kuri bagenzi banyu, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mubabariranira ata gahigihigi nk’uko Imana na yo yabababariye ata gahigihigi biciye kuri Kristu+.
21 Ntimutinye rero. Jewe nzoguma ndabaronsa ibifungurwa mwe n’abana banyu batoyi+.” Nuko arabahoza, avugana na bo mu buryo buhumuriza.
22 Yezu aramubwira ati: “Sinkubwiye Gushika ku ncuro indwi, ahubwo Gushika ku ncuro mirongo irindwi n’indwi+.
32 Mugabo mube abanyabuntu+ kuri bagenzi banyu, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mubabariranira ata gahigihigi nk’uko Imana na yo yabababariye ata gahigihigi biciye kuri Kristu+.