Gusubira mu vyagezwe 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubwabo bikwegeye guhona+;Si abana bayo, ikosa ni rwabo+.Ni iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+! Abafilipi 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kugira ngo mube abatagirako umugayo+ n’intungane, abana+ b’Imana batagirako ikirabagu mw’iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+ mukayanganamwo nk’amatara mw’isi+,
15 kugira ngo mube abatagirako umugayo+ n’intungane, abana+ b’Imana batagirako ikirabagu mw’iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+ mukayanganamwo nk’amatara mw’isi+,