ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe maze bakaba umubiri umwe+.

  • Imigani 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Isôko ryawe ry’amazi nirihezagirwe+, kandi unezeranwe n’umugore wo mu buto bwawe+,

  • Yeremiya 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mbega guhera ubu warasemereye umbwira ngo: ‘Dawe+, ni wewe mugenzi somambike wo mu buto bwanje+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika