2 Samweli 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Imana ya Isirayeli yaravuze,Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,Akaganza mu gutinya Imana+, 1 Abami 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo Salomo, yicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi se wiwe+; amaherezo ingoma yiwe irashimangirwa rwose+. 1 Abami 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku bijanye n’Ibaraza ry’Intebe y’ubwami+ yaciramwo imanza, akora ibaraza ry’imanza+; baripfukisha isederi, kuva hasi gushika ku bigiga+. Matayo 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yezu ababwira ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Muri kwa kurema busha, Umwana w’umuntu niyicara ku ntebe y’ubwami yiwe y’ubuninahazwa, mwebwe mwankurikiye namwe ubwanyu muzokwicara ku ntebe z’ubwami cumi na zibiri, mucire imanza imiryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+.
3 Imana ya Isirayeli yaravuze,Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,Akaganza mu gutinya Imana+,
12 Nayo Salomo, yicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi se wiwe+; amaherezo ingoma yiwe irashimangirwa rwose+.
7 Ku bijanye n’Ibaraza ry’Intebe y’ubwami+ yaciramwo imanza, akora ibaraza ry’imanza+; baripfukisha isederi, kuva hasi gushika ku bigiga+.
28 Yezu ababwira ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Muri kwa kurema busha, Umwana w’umuntu niyicara ku ntebe y’ubwami yiwe y’ubuninahazwa, mwebwe mwankurikiye namwe ubwanyu muzokwicara ku ntebe z’ubwami cumi na zibiri, mucire imanza imiryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+.