ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ni ubw’agaciro kuruta amabuye y’agaciro yitwa korali+, mbere n’ibindi bintu vyawe vyose bihimbaye ntivyonganishwa na bwo.

  • Imigani 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimutore indero yanje ntimutore ifeza, mutore ubumenyi aho gutora inzahabu z’indobanurwa+.

  • Umusiguzi 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi uretse ko umukoranyashengero yari yacitse inkerebutsi+, yarigishije kandi abantu ubumenyi ubudahengeshanya+, arazirikana yongera aracukura+, kugira atunganye imigani myinshi mu rutonde+.

  • Abanyefeso 4:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ntihagire ijambo riboze riva mu kanwa kanyu+, ahubwo havemwo ijambo ryose ryiza ryo kwubaka uko bikenewe, kugira ngo rihe ivyiza abaryumva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika