Imigani 6:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ariko gifashwe, kizokwishura ibingana na vyo incuro indwi; ibintu vy’agaciro vyose vyo mu nzu yaco kizobitanga+. Umusiguzi 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nezerwa+, musore, mu buto bwawe, kandi umutima wawe ukugirire neza mu misi y’ubusore bwawe, kandi ugendere mu nzira z’umutima wawe no mu vyo amaso yawe abona+. Mugabo umenye ko kubera ivyo vyose Imana y’ukuri izogushira mu rubanza+. Gucura intimba 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Avunaguza amenyo yanje urucekeri+. Yatumye nituna mu minyota+.
31 Ariko gifashwe, kizokwishura ibingana na vyo incuro indwi; ibintu vy’agaciro vyose vyo mu nzu yaco kizobitanga+.
9 Nezerwa+, musore, mu buto bwawe, kandi umutima wawe ukugirire neza mu misi y’ubusore bwawe, kandi ugendere mu nzira z’umutima wawe no mu vyo amaso yawe abona+. Mugabo umenye ko kubera ivyo vyose Imana y’ukuri izogushira mu rubanza+.