Imigani 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+.
29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+.