Gusubira mu vyagezwe 28:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+. Zaburi 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ubwiwe azosomera urubanza ibisata vy’abantu+.Ncira urubanza, Yehova we, nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko kandi ugutungana* kwanje kwo muri jewe kuri+.
63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.
8 Yehova ubwiwe azosomera urubanza ibisata vy’abantu+.Ncira urubanza, Yehova we, nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko kandi ugutungana* kwanje kwo muri jewe kuri+.