ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,

      Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+.

  • Yesaya 31:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+, abishimira amafarasi gusa+, bagashira ivyizigiro vyabo mu mikogote y’intambara+, kuko ari myinshi, no mu mafarasi y’imbangutsi, kuko ari ay’inkomezi nyinshi, mugabo batahanze amaso wa Mweranda wa Isirayeli kandi ntibarondere Yehova ubwiwe+.

  • Yeremiya 46:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nimwambike imigozi amafarasi, maze muyurire, yemwe abagendera ku mafarasi, hanyuma muhagarare mwambaye inkofero. Nimusene amacumu. Nimwambare amakoti y’ivyuma+.

  • Ivyahishuwe 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika