ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ntimuzorinda kurwana+ ico gihe. Muze mufate ikibanza canyu, muhagarare mudakoma+ maze mubone ubukiriro+ bwa Yehova muzokirishwa. Ewe Yuda na Yeruzalemu, ntimutinye canke ngo mutekerwe n’ubwoba+. Ejo muze musohoke kubategera, Yehova azoba ari kumwe namwe+.’”

  • Zaburi 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ubukiriro ni ubwa Yehova+.

      Umuhezagiro wawe uri ku bantu bawe+. Sela.

  • Zaburi 33:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ifarasi ni uruhendo mu vy’ugukiza+,

      Kandi ku bwinshi bw’inkomezi zayo, nta we irokora+.

  • Zaburi 68:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Imana y’ukuri kuri twebwe ni Imana y’ibikorwa vy’ugukiza+;

      Kandi ivyanzo bikura umuntu mu rupfu+ ni ivya Yehova Umukama Segaba+.

  • Ivyahishuwe 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika