Yosuwa 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mugabo nimwaramuka musubiye inyuma+ mukumira koko ku yasigaye muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe, kandi mukunga koko na yo ubucuti bw’ukwabirana+ mukongera mukinjira muri yo, na yo akinjira muri mwebwe, Yosuwa 23:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 mumenye neza ko Yehova Imana yanyu atazobandanya kwomora ayo mahanga ku bwanyu+; emwe, ntazobura kubabera nk’umutego be n’umushibuka, n’ikimoko mu biyunguyungu vyanyu+ kandi nk’amahwa mu maso yanyu gushika muyogeye kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+. Zaburi 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nka kurya kw’imvura, azotibagurira ku babisha imitego, umuriro n’amazuku+N’umuyaga ubabura, bibe wo mugabane w’igikombe cabo+.
12 “Mugabo nimwaramuka musubiye inyuma+ mukumira koko ku yasigaye muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe, kandi mukunga koko na yo ubucuti bw’ukwabirana+ mukongera mukinjira muri yo, na yo akinjira muri mwebwe,
13 mumenye neza ko Yehova Imana yanyu atazobandanya kwomora ayo mahanga ku bwanyu+; emwe, ntazobura kubabera nk’umutego be n’umushibuka, n’ikimoko mu biyunguyungu vyanyu+ kandi nk’amahwa mu maso yanyu gushika muyogeye kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+.
6 Nka kurya kw’imvura, azotibagurira ku babisha imitego, umuriro n’amazuku+N’umuyaga ubabura, bibe wo mugabane w’igikombe cabo+.