Imigani 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 mwananje, ntujane mu nzira na bo+. Buza ikirenge cawe ibarabara ryabo+. Imigani 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yizibukire+, ntuyicemwo+; kevya uyireke, urengane+. 1 Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Turazi yuko umuntu wese yavutse ku Mana+ ataza aracumura, mugabo Umwe+ yavuka ku Mana aramurinda, kandi wa mubisha ntamwifatira+.
18 Turazi yuko umuntu wese yavutse ku Mana+ ataza aracumura, mugabo Umwe+ yavuka ku Mana aramurinda, kandi wa mubisha ntamwifatira+.