Zaburi 37:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Itegereze uwutagirako umugayo, ugume uraba uwugororotse+,Kuko kazoza k’uyo muntu kazorangwa n’amahoro+. Yeremiya 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Kuko jewe nzi neza ivyiyumviro ndabiyumvirako+,’ ni ko Yehova avuze, ‘ivyiyumviro vy’amahoro, atari ivy’ivyago+, kugira ngo ndabahe kazoza n’icizigiro+. Abaroma 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko ubu, kubera ko mwagizwe abidegemvya mukava mu gicumuro mugabo mugacika abashumba b’Imana+, muriko muraronka icamwa canyu+ mu buryo bw’ubweranda, kandi iherezo ni ubuzima budahera+.
37 Itegereze uwutagirako umugayo, ugume uraba uwugororotse+,Kuko kazoza k’uyo muntu kazorangwa n’amahoro+.
11 “‘Kuko jewe nzi neza ivyiyumviro ndabiyumvirako+,’ ni ko Yehova avuze, ‘ivyiyumviro vy’amahoro, atari ivy’ivyago+, kugira ngo ndabahe kazoza n’icizigiro+.
22 Ariko ubu, kubera ko mwagizwe abidegemvya mukava mu gicumuro mugabo mugacika abashumba b’Imana+, muriko muraronka icamwa canyu+ mu buryo bw’ubweranda, kandi iherezo ni ubuzima budahera+.