ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 23:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko Dawidi amenya yuko Sauli yariko ategura kumukorera ikibi+. Ku bw’ivyo abwira Abiyatari umuherezi ati: “Egeza hafi efodi+.”

  • Zaburi 38:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mugabo abarondera ubuzima bwanje batega imitego+,

      Abakora bandonderera ivyago na bo bavuze ivy’amarushwa+,

      Kandi ubuhendanyi ni bwo baguma bavugira mu ntamatama bukarinda bwira+.

  • Imigani 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nibaguma bavuga ngo: “Ingo tujane. Tubundire gusesa amaraso+. Tunyegere dutegere abantu b’intungane ata co bazira+.

  • Imigani 15:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Umutima w’umugororotsi urazirikana kugira ngo wishure+, mugabo akanwa k’ababisha kadudubiza ibintu bibi+.

  • Matayo 26:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 baja inama+ yo gufata Yezu ku rwenge bakamwica.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika