Imigani 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwugenzwa no kubeshera abandi+ ahishura ikiyago c’akabanga+, mugabo umuntu w’umutima wizigirwa arahisha ikintu+. Imigani 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwugendagenda arondera kubeshera abandi ahishura ikiyago c’akabanga+; kandi ntukagiranire imigenderanire n’uwukwegakwegwa n’iminwa yiwe+.
13 Uwugenzwa no kubeshera abandi+ ahishura ikiyago c’akabanga+, mugabo umuntu w’umutima wizigirwa arahisha ikintu+.
19 Uwugendagenda arondera kubeshera abandi ahishura ikiyago c’akabanga+; kandi ntukagiranire imigenderanire n’uwukwegakwegwa n’iminwa yiwe+.