Imigani 15:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Umuntu aranezererwa inyishu y’akanwa kiwe+, kandi ijambo rije ku gihe caryo, ewe kuntu ari ryiza+! Imigani 24:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Uwishura adakikiriza azosoma iminwa+. Umusiguzi 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umukoranyashengero yarondeye gutora amajambo aryoshe+ no kwandika amajambo y’ukuri atagira amakosa+. Yesaya 50:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umukama Segaba Yehova ubwiwe yampaye ururimi rw’abigishijwe+, ngo menye ingene nishurisha ijambo uwurushe+. Ankangura uko bukeye; ugutwi kwanje agukangurira kwumva nk’abigishijwe+.
23 Umuntu aranezererwa inyishu y’akanwa kiwe+, kandi ijambo rije ku gihe caryo, ewe kuntu ari ryiza+!
10 Umukoranyashengero yarondeye gutora amajambo aryoshe+ no kwandika amajambo y’ukuri atagira amakosa+.
4 Umukama Segaba Yehova ubwiwe yampaye ururimi rw’abigishijwe+, ngo menye ingene nishurisha ijambo uwurushe+. Ankangura uko bukeye; ugutwi kwanje agukangurira kwumva nk’abigishijwe+.