Imigani 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Intumwa mbi izogwa mu bibi+, ariko umutumwa w’umwizigirwa arakiza+. Abafilipi 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ariko mbona ko bikenewe kubarungikira Epafurodito+ mwene wacu n’umukozi mugenzanje+ akaba n’umusoda mugenzanje+, mugabo akaba intumwa mwatumye n’umukozi wanje andonsa ivyo nkenera,
25 Ariko mbona ko bikenewe kubarungikira Epafurodito+ mwene wacu n’umukozi mugenzanje+ akaba n’umusoda mugenzanje+, mugabo akaba intumwa mwatumye n’umukozi wanje andonsa ivyo nkenera,