Itanguriro 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 azitegeka ati: “Ibi ni vyo muri bubwire umukama wanje+ Esawu, muti: ‘Umusavyi wawe Yakobo avuze ati: “Nabanye na Labani ndi kavamahanga, marayo igihe kirekire gushika ubu+. Imigani 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyishu, iyo irimwo ubwitonzi, ikevya uburake+, mugabo ijambo ritera umubabaro riduza ishavu+.
4 azitegeka ati: “Ibi ni vyo muri bubwire umukama wanje+ Esawu, muti: ‘Umusavyi wawe Yakobo avuze ati: “Nabanye na Labani ndi kavamahanga, marayo igihe kirekire gushika ubu+.