1 Samweli 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+. Imigani 16:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uwuteba gushavura aruta umunyenkomezi+, kandi uwucungera umutima wiwe aruta uwufata igisagara+. Imigani 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ntugiranire ubugenzi n’uwukaza ishavu+; kandi ntujane n’umuntu w’ubushangashirwe bwiguburiza, Imigani 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ikijuju kirekura umutima waco wose, mugabo umuntu w’inkerebutsi atuma uguma utekanye gushika kw’iherezo+.
33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.
11 Ikijuju kirekura umutima waco wose, mugabo umuntu w’inkerebutsi atuma uguma utekanye gushika kw’iherezo+.