1 Samweli 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mbega uyu musi si iyimbura+ ry’ingano? Ngira mpamagare+ Yehova kugira azane imituragaro n’imvura+; muheze mumenye mwongere mubone yuko ikibi canyu cagwiriye+, ico mwakoze mu maso ya Yehova mu kwisabira umwami.”
17 Mbega uyu musi si iyimbura+ ry’ingano? Ngira mpamagare+ Yehova kugira azane imituragaro n’imvura+; muheze mumenye mwongere mubone yuko ikibi canyu cagwiriye+, ico mwakoze mu maso ya Yehova mu kwisabira umwami.”