Esiteri 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inyuma y’ivyo, Umwami Ahasuwerusi akuza Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, amushira hejuru+ yongera ashira intebe yiwe hejuru y’abandi baganwa bose bari kumwe na we+. Imigani 30:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 umushumba iyo aganje+, be n’imburabwenge iyo ifise ibifungurwa bikwiye+; Umusiguzi 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Narabonye abasuku ku mafarasi, mugabo abaganwa bakagendera hasi nk’abasuku+.
3 Inyuma y’ivyo, Umwami Ahasuwerusi akuza Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, amushira hejuru+ yongera ashira intebe yiwe hejuru y’abandi baganwa bose bari kumwe na we+.