Imigani 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uzogeza ryari ga wa kinebwe kuguma wiryamiye+? Uzovyuka ryari mw’itiro ryawe+? Imigani 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ubunebwe butera itiro rirerire+, kandi umuntu w’ubute arasonza+. Imigani 24:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Isinzirire itiro rikeyi, agatiro gakeyi, uzinge amaboko gatoyi wiryamire+,