Imigani 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ntutongane n’umuntu ata mpamvu+, nimba ata nabi yakugiriye+. Imigani 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Intango y’amahane ni nk’uwurekuye amazi+; nuko rero imbere y’uko haduka imitongano, have+.