Imigani 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Uwufata nabi se kandi akirukana nyina+ ni umwana akora ivy’akamaramaza n’ivy’agatetereza+. Mariko 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo mwebwe muvuga ngo: ‘Iyo umuntu abwiye se canke nyina ati: “Ico nari mfise cose nogufashisha ni korubani+ (ni ukuvuga ingabirano yeguriwe+ Imana),”’—
11 Mugabo mwebwe muvuga ngo: ‘Iyo umuntu abwiye se canke nyina ati: “Ico nari mfise cose nogufashisha ni korubani+ (ni ukuvuga ingabirano yeguriwe+ Imana),”’—