1 Abami 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+. Zaburi 84:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ewe Yehova nyen’ingabo, hahiriwe umuntu akwizigira+.
13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+.