Zaburi 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,Ni co nzorondera+,Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+. Luka 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugabo ibintu bikeyi+ ni vyo bikenewe, canke kimwe gusa. Kuko Mariya we yahisemwo umugabane mwiza+, kandi ntazowakwa.” 1 Yohani 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kandi ikintu cose dusaba irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibintu bihimbaye mu maso yayo+. 1 Yohani 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.
4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,Ni co nzorondera+,Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+.
42 Mugabo ibintu bikeyi+ ni vyo bikenewe, canke kimwe gusa. Kuko Mariya we yahisemwo umugabane mwiza+, kandi ntazowakwa.”
22 kandi ikintu cose dusaba irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibintu bihimbaye mu maso yayo+.
14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.