Itanguriro 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko Yehova yari yarugaye aradadira ibitereko vyose vy’ab’inzu ya Abimeleki kubera Sara umugore wa Aburahamu+. Itanguriro 30:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Amaherezo Imana yibuka Rasheli, maze iramwumva yongera iramwishura mu kwugurura igitereko ciwe+. 1 Samweli 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo Hana amuha umugabane umwe. Ariko Hana ni we yakunda+, mugabo Yehova yari yarugaye igitereko ciwe+.
18 Kuko Yehova yari yarugaye aradadira ibitereko vyose vy’ab’inzu ya Abimeleki kubera Sara umugore wa Aburahamu+.
5 Mugabo Hana amuha umugabane umwe. Ariko Hana ni we yakunda+, mugabo Yehova yari yarugaye igitereko ciwe+.