Gusubira mu vyagezwe 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+; Zaburi 107:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ahindura inzuzi agahinga+,Amasôko atemba y’amazi akayahindura ubutaka bunyotewe+,
15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;