Zaburi 77:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inzira yawe yaca mu kiyaga+,Umunyuro wawe ugaca mu mazi menshi;Kandi amakanda yawe ntiyamenyekanye.
19 Inzira yawe yaca mu kiyaga+,Umunyuro wawe ugaca mu mazi menshi;Kandi amakanda yawe ntiyamenyekanye.