Imigani 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ibihinda ntibibereye ku muntu w’ikijuju+. Nkanswe umusuku kuganza abaganwa+! Umusiguzi 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Narabonye abasuku ku mafarasi, mugabo abaganwa bakagendera hasi nk’abasuku+. Yesaya 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uduhungu ni two nzogira abaganwa babo, kandi ububasha bw’akiganzo gusa ni bwo buzobaganza+.