Imigani 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umuntu yopfuma aba mu gihugu c’agahinga hako abana n’umugore w’amahane, hariko n’umwikomo+. Imigani 27:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Igisenge kiva kikomora umuntu ku musi w’imvura y’urudaca be n’umugore w’amahane, birasa+.