Itanguriro 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuri ivyo Sarayi abwira Aburamu ati: “Ikibi ngirirwa kibe kuri wewe. Ni jewe ubwanje nashize umusukukazi wanje ku gikiriza cawe, none yamenye ko yibungenze, nca ntangura gusuzugurika mu maso yiwe. Yehova nace urubanza hagati yanje nawe+.”
5 Kuri ivyo Sarayi abwira Aburamu ati: “Ikibi ngirirwa kibe kuri wewe. Ni jewe ubwanje nashize umusukukazi wanje ku gikiriza cawe, none yamenye ko yibungenze, nca ntangura gusuzugurika mu maso yiwe. Yehova nace urubanza hagati yanje nawe+.”