ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze nya nzige zitangura kuduga ku gihugu cose ca Misiri, zigwa ku karere kose ka Misiri+. Zari ubugesera+. Imbere yazo ntihari bwigere haboneka izimeze nka zo muri ubwo buryo, kandi ntihazokwigera haboneka izimeze nka zo muri ubwo buryo mu nyuma yazo.

  • Zaburi 105:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Avuga ngo inzige zize+,

      N’inzige zikiri nto, emwe, zitagira igitigiri+.

  • Yoweli 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ivyasigajwe n’ikinyabwoya, uruzige rwabiriye+; kandi ivyasigajwe n’uruzige, uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwabiriye; kandi ivyo uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwasigaje, inyenzi yabiriye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika