2 Samweli 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abusalomu akabandanya kuvuga ati: “Ese iyo ngenwa kuba umucamanza mu gihugu+, kugira ngo umuntu wese afise imburano canke urubanza aze kuri jewe! Sinobuze kumutunganiriza+.” Esiteri 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hamani abiganira ubuninahazwa bw’ubutunzi+ bwiwe n’igitigiri kinini c’abahungu biwe+ n’ikintu cose umwami yari yaramugirishije mukuru be n’ingene yari yamushize hejuru y’abaganwa n’abasuku b’umwami+. Imigani 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbega uramaze kubona umuntu yibona ubwiwe ko ari inkerebutsi+? Hari icizigiro ku kijuju+ kuruta kuri uyo. Abaroma 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwiyumvire ivy’abandi nk’uko mwiyumvira ivyanyu+; ntimwiyumvire ibintu bihanitse+, ahubwo murongorwe n’ibintu biciye bugufi+. Ntimube abanyabwenge mu maso yanyu bwite+.
4 Abusalomu akabandanya kuvuga ati: “Ese iyo ngenwa kuba umucamanza mu gihugu+, kugira ngo umuntu wese afise imburano canke urubanza aze kuri jewe! Sinobuze kumutunganiriza+.”
11 Hamani abiganira ubuninahazwa bw’ubutunzi+ bwiwe n’igitigiri kinini c’abahungu biwe+ n’ikintu cose umwami yari yaramugirishije mukuru be n’ingene yari yamushize hejuru y’abaganwa n’abasuku b’umwami+.
12 Mbega uramaze kubona umuntu yibona ubwiwe ko ari inkerebutsi+? Hari icizigiro ku kijuju+ kuruta kuri uyo.
16 Mwiyumvire ivy’abandi nk’uko mwiyumvira ivyanyu+; ntimwiyumvire ibintu bihanitse+, ahubwo murongorwe n’ibintu biciye bugufi+. Ntimube abanyabwenge mu maso yanyu bwite+.