Imigani 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kurya bigenda iyo bongeye amakara ku makara ariko araka be n’inkwi ku muriro, ni ko umunyamahane atuma imitongano+ irurumba. Imigani 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Umuntu w’umutima ugayana yandurutsa amahane+, mugabo uwizigira Yehova azodoheshwa+.
21 Kurya bigenda iyo bongeye amakara ku makara ariko araka be n’inkwi ku muriro, ni ko umunyamahane atuma imitongano+ irurumba.