Imigani 30:1 Bibiliya y’isi nshasha 30 Amajambo ya Aguri mwene Yake, ubutumwa buremereye+. Ijambo ry’umuntu w’umugabo kuri Itiyeli, kuri Itiyeli na Ukali. 2 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,
30 Amajambo ya Aguri mwene Yake, ubutumwa buremereye+. Ijambo ry’umuntu w’umugabo kuri Itiyeli, kuri Itiyeli na Ukali.
16 Icanditswe cose cahumetswe n’Imana+ kandi ni ngirakamaro ku kwigisha+, ku gukangīra+, ku kugorora ibintu+, ku gutoza indero+ mu bugororotsi,