ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 kandi uze uyashimangire mu mwana wawe+ wongere uyage ivyayo igihe wicaye mu nzu yawe, n’igihe ugenda ku nzira, n’igihe uryamye+, n’igihe uvyutse.

  • Zaburi 34:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nimuze, bana, munyumvirize+;

      Ugutinya Yehova ni kwo nzobigisha+.

  • Imigani 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Umviriza mwananje, indero ya so wawe+, kandi ntuhebe itegeko rya nyoko wawe+.

  • Imigani 19:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Umviriza impanuro kandi wemere indero+, kugira ngo uze ucike inkerebutsi muri kazoza kawe+.

  • Abanyefeso 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bana, mugamburukire abavyeyi banyu+ mu bumwe+ n’Umukama, kuko ivyo bigororotse+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika