ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Petero 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Bafise amaso yuzuye ukurenga ibigo+ kandi adashobora kuvavanura n’igicumuro+, kandi bararyosharyosha imitima idashikamye. Bafise umutima wamenyerejwe umwina+. Ni abana bavumwe+.

  • Yuda 12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Abo ni ibitandara bihishijwe munsi y’amazi mu nzimano zanyu z’urukundo+ igihe basangira namwe inzimano, ni abungere bigaburira ubwabo ata gutinya+; ni ibicu bitagira amazi bijanwa irya+ n’ino n’imiyaga+; ni ibiti bitagirako ivyamwa mw’iyera ryavyo*, vyapfuye kabiri, vyaranduwe+;

  • Ivyahishuwe 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “‘Yamara rero, ndafise ibintu bikeyi nkugaya: ni uko iwawe ufise abagumya inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ gushira igitsitaza imbere ya bene Isirayeli, ngo barye ivyashikaniwe ibigirwamana ngo bongere bakore ubusambanyi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika