Gusubira mu vyagezwe 32:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ese iyo baba inkerebutsi+! Bari kubizirikana+.Bari kurimbura iherezo ryabo ryo hanyuma+. 2 Samweli 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubu rero, inkota+ ntizova mu nzu yawe gushika igihe kitagira urugero+, kuko wansuzuguye ugatwara umugore wa Uriya Umuheti ngo abe umugore wawe.’ Abaroma 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+. Abaheburayo 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.
10 Ubu rero, inkota+ ntizova mu nzu yawe gushika igihe kitagira urugero+, kuko wansuzuguye ugatwara umugore wa Uriya Umuheti ngo abe umugore wawe.’
21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.
4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.