2 Samweli 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Dawidi abwira Gadi ati: “Birantuntuje cane. Ndakwinginze tugwe mu kuboko kwa Yehova+, kuko imbabazi ziwe ari nyinshi+; mugabo singwe mu kuboko kw’umuntu+.”
14 Nuko Dawidi abwira Gadi ati: “Birantuntuje cane. Ndakwinginze tugwe mu kuboko kwa Yehova+, kuko imbabazi ziwe ari nyinshi+; mugabo singwe mu kuboko kw’umuntu+.”