2 Samweli 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyuma y’ivyo, Abusalomu yikoreshereza umukogote, yironderera amafarasi n’abagabo mirongo itanu biruka imbere yiwe+. 1 Abami 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Muri ico gihe cose Adoniya+ mwene Hagiti+ yariko yiduza+, avuga ati: “Ni jewe ngiye kuganza+!” Nuko yikoreshereza umukogote, yironderera abagendera ku mafarasi n’abagabo mirongo itanu birukanga imbere yiwe+. Zaburi 101:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,Uwo ndamunumya+.Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,Uwo sinshobora kumwihanganira+. Imigani 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwishima mu mutima wese ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Ukuboko kwokwiyunga ku kundi, yamara umuntu ntazobura guhanwa+. Abagalatiya 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko nimba hari uwiyumvira ko hari ico ari kandi ari ubusa+, aba ariko arahenda umuzirikanyi wiwe.
15 Inyuma y’ivyo, Abusalomu yikoreshereza umukogote, yironderera amafarasi n’abagabo mirongo itanu biruka imbere yiwe+.
5 Muri ico gihe cose Adoniya+ mwene Hagiti+ yariko yiduza+, avuga ati: “Ni jewe ngiye kuganza+!” Nuko yikoreshereza umukogote, yironderera abagendera ku mafarasi n’abagabo mirongo itanu birukanga imbere yiwe+.
5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,Uwo ndamunumya+.Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,Uwo sinshobora kumwihanganira+.
5 Uwishima mu mutima wese ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Ukuboko kwokwiyunga ku kundi, yamara umuntu ntazobura guhanwa+.