ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Ntuze utwarire hejuru inkuru y’ububeshi+. Ntugafatanye n’umubisha mu kuba icabona gitegura imigambi y’ubukazi+.

  • 1 Abami 21:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko abagabo babiri, abantu b’imburakimazi, barinjira hanyuma bicara imbere yiwe; nya bagabo b’imburakimazi batangura gushinga intahe imwagiriza, ni ukuvuga Naboti, imbere y’abantu, bati: “Naboti yavumye Imana n’umwami+!” Inyuma y’ivyo baramusohora, bamujana ku mubari w’igisagara baraheza bamutera amabuye, ku buryo apfa+.

  • Matayo 26:59
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’Inama Nkuru* yose bariko barondera ibirego vy’ikinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika