ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova.

  • Abagalatiya 5:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 ugusenga ibigirwamana, gukora ivy’ubupfumu+, inzankano, ugushihana, ishari, ukwiguburiza kw’ishavu, amahane, amacakubiri, imice,

  • Yakobo 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ariko nimba mufise ishari ry’umururazi+ n’agatima k’amahane+ mu mitima yanyu, ntimube mwiyemera+ mwongera mubeshera ukuri+.

  • 3 Yohani 10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ni co gituma ninaza nzokwibukiriza ibikorwa vyiwe abandanya gukora+, avugavuga ivyacu mu majambo y’ububisha+. Vyongeye, ivyo ntibimubumba: mbere na bene wacu+ we ubwiwe ntabakirana icubahiro, kandi n’abashaka kubakira+ aragerageza kubabuza+ no kubata inyuma+ y’ishengero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika