ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mu nyuma Imana iza kuri Abimeleki mu ndoto mw’ijoro, imubwira iti: “Ehe urapfuye kubera umugore watwaye+, kuko ari umugore w’uwundi mugabo+.”

  • 2 Samweli 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Inyuma y’ivyo, Dawidi atuma intumwa kumuzana+. Yinjira rero aho Dawidi ari+ maze Dawidi aryamana na we+, ico gihe uwo mugore akaba yariko yihumanura ubuhumane bwiwe+. Mu nyuma asubira ku nzu yiwe.

  • Yeremiya 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Bacitse amafarasi ashaka kwimya, afise amatengatwa akomeye. Umwe wese yānāga inyuma y’umugore wa mugenziwe+.

  • Ezekiyeli 22:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Umuntu yakoranye n’umugore wa mugenziwe ikintu giteye ishishi+, kandi umuntu yahumanishije ubushirasoni umukazana wiwe+; kandi muri wewe umuntu yatetereje mushikiwe, umukobwa wa se wiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika