2 Samweli 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubu rero, inkota+ ntizova mu nzu yawe gushika igihe kitagira urugero+, kuko wansuzuguye ugatwara umugore wa Uriya Umuheti ngo abe umugore wawe.’ Imigani 6:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Incungu* iyo ari yo yose nta co izomubwira; impano umuzaniye ushake uyigire nini gute, ntazokwemera. Abaheburayo 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.
10 Ubu rero, inkota+ ntizova mu nzu yawe gushika igihe kitagira urugero+, kuko wansuzuguye ugatwara umugore wa Uriya Umuheti ngo abe umugore wawe.’
35 Incungu* iyo ari yo yose nta co izomubwira; impano umuzaniye ushake uyigire nini gute, ntazokwemera.
4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.