ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 kandi impwemu y’ishari+ ikaba yaciye kuri nya mugabo, uno akaba yatanguye kugira umwikeko ku bijanye n’ubwizigirwa bw’umugore wiwe, kandi uwo mugore akaba koko yarihumanije, canke impwemu y’ishari ikaba yaciye ku mugabo wiwe, maze akaba yatanguye kugira umwikeko ku bijanye n’ubwizigirwa bw’umugore wiwe, mugabo uno mu vy’ukuri akaba atihumanije;

  • Imigani 27:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika