Imigani 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko inzu yiwe inyika ija epfo mu rupfu, imihora yiwe na yo epfo kuri barya ata co bashoboye mu rupfu+. Umusiguzi 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntube umubisha birenze urugero+, eka ntucike igipfu+. Kubera iki wopfa kandi atari igihe cawe+?
18 Kuko inzu yiwe inyika ija epfo mu rupfu, imihora yiwe na yo epfo kuri barya ata co bashoboye mu rupfu+.