Zaburi 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Itegeko+ rya Yehova ntirigira akanenge+, rihembura umuntu+.Icibutsa+ ca Yehova ni ico kwizigirwa+, gituma umuntu atazi utuntu n’utundi aba inkerebutsi+. Imigani 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kugira ngo abantu batazi utuntu n’utundi bahabwe ukwiyubara+, n’umusore ahabwe ubumenyi+ n’ubushobozi bwo kwiyumvira+.
7 Itegeko+ rya Yehova ntirigira akanenge+, rihembura umuntu+.Icibutsa+ ca Yehova ni ico kwizigirwa+, gituma umuntu atazi utuntu n’utundi aba inkerebutsi+.
4 kugira ngo abantu batazi utuntu n’utundi bahabwe ukwiyubara+, n’umusore ahabwe ubumenyi+ n’ubushobozi bwo kwiyumvira+.